????????♀️Uno munsi Monna yagendewe na mama wiwe.
????????♀️ Umu mère ntatahura na gato ubuzima umukobwa wiwe abayemwo.
???? Uretse ko aguma ahindagura inzu, ishure yarahevye, n'umwana wiwe Maëva ntibakibonana.
???????????? Aho agihanura, ng'aho aba niga barinjiye. Mbe aza kwakira gute ko umukobwa wiwe asigaye yibanira n'imisore?
????️ Kurikire
#NdafisIjambo
#IbihanzUrwaruka

Comments